Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Korinto 7:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 Ndanezerewe cane kuko nshobora kubizera muri vyose.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Nnezerewe yuko mfise umutima uremye kubg’ ivyanyu vyose.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Korinto 7:16
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Wizigira ko uri indongozi y’impumyi, umuco w’abari mu mwijima,


Nabandikiye kurya kugira ngo ninaza sinzobabazwe n’abonteye umunezero. Ndizera neza ko iyo nezerewe munezeranwa nanje.


Dufise ukwizera mu Mwami ko mukora kandi ko muzoshishikara mukora ivyo tubahanura.


Ndakwandikiye nizeye ko uzokora ivyo ndagusavye, ndetse n’ibirengeye.


Ni co gituma, naho muri Kristo nari gushobora kugutegeka gukora ivyo utegerezwa gukora,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ