2 Korinto 7:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Ivyo rero vyaraduteye intege. Kandi icongeye ku kuntu mwaduteye intege, twaranezerewe cane no kubona ingene Tito yari anezerejwe n’ukuntu mwaruhuye umutima wiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Ni co catumye duhūmurizwa. Kandi mur’ ukwo guhūmurizwa turushiriza guterwa umunezero n’umunezero wa Tito, kuk’ umutima wiwe waruhuwe namwe mwese. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |