Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Korinto 7:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Intumbero yanje rero ntiyari ukwandika ku bagize nabi canke abagiriwe nabi. Nabandikiye kugira ngo mu nyonga z’Imana umwitwarariko mudufitiye ugaragare.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Nuko naho nabandikiye, ivyanyandikishije s’ivy’ uwagize nabi, kandi s’ivy’ uwagiriwe nabi, ariko n’ukugira ng’umwete mutugirira werekanirwe hagati yanyu mu nyonga z’Imana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Korinto 7:12
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kubera iki mvuze uko? Mbega ni kubera ntabakunda? Haba na mba, n’Imana irabizi.


Ikirengeye ivyo, namana umwitwarariko ku bw’amashengero yose.


Twebwe ntituvuga ijambo ry’Imana turondera inyungu nk’uko benshi babigira. Ahubwo muri Kristo tuvuga ukuri kwo mu mitima yacu turi imbere y’Imana, nk’abatumwe na yo.


Ikindi catumye ndabandikira kwari ukubageza ngo ndabe ko mukurikiza ivyo nababwiye vyose.


Naho nabateye imibabaro mw’ikete nabarungikiye, sindavyicuza. Naho nari nicujije ubwa mbere kubera nari nabonye ko nabababaje, wari umubabaro w’akanya gato.


(Kuko uwudashoboye gutunganya urugo rwiwe, mbega yoshobora gutunganya ishengero ry’Imana gute?)


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ