2 Korinto 7:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Umubabaro uvuye ku Mana utera ukwihana, ukwihana na kwo gushikana ku gakiza, kandi ntutera ukwicuza. Ariko umubabaro wo muri iyi si ujana mu rupfu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Umubabaro wo mu buryo bg’Imana utera ukwihana kuticuzwa, kuzana agakiza: arik’ umubabaro wo mu buryo bg’isi utera urupfu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |