2 Korinto 6:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Turakorera Imana abantu batwubaha canke batugaya, badutuka canke badushima. Turi imvugakuri, ariko batwita ababeshi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 mu cubahiro no mu gakēngērwe, mu mugayo no mw ishimwe; twiyumvirwa nk’abanyabinyoma, ariko tur’ abanyakuri; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |