2 Korinto 6:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Ivyo dukora vyose tubikorana imitima itanduye, dufise ubwenge, dufise ukwihangana n’ubugwaneza biva kuri Mpwemu Yera, no mu rukundo atari uruheyiheyi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 mu kugira umutima utanduye, mu kugira ubgenge, mu kutarambirwa, mu kuba inda nziza, muri Mpwemu Yera, mu rukundo rutar’ uruheyiheyi, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |