2 Korinto 6:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Twirinda kugira uwo tubera igitsitaza kugira ngo igikorwa cacu ntikigawe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Kandi ntitugira ico tuzana gitsitaza mu kintu na kimwe, kugira ngo kugabura ivy’ Imana kwacu ntikugawe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |