Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Korinto 6:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Mbe Kristo na Beliyali hari ico bahurirako? Mbega uwizera n’uwutizera bohurira ku ki?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Kandi Kristo ahūriye hehe na Beliyari? Cank’ uwizera n’ūtizera basangiye iki?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Korinto 6:15
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uwizera wese akabatizwa azokizwa, ariko uwutizera azocirwa urubanza.


Ariko abantu benshi, abagabo n’abagore barizera Umwami, igitigiri cabo cama congerekana.


Petero aramwishura ati: “Amahera yawe aragapfana na we, kuko wibaza ko woshobora kugura ingabire y’Imana amahera.


Ariko aho gutatura ayo matati mwebwe nyene, mwene Data umwe yitwarira mugenziwe, kandi akamwitwarira ku batizera!


Umuntu n’atafasha umuryango wiwe na canecane abo mu nzu yiwe, aba yihakanye ukwizera kw’ukuri, kandi uwo aba ari inyuma y’uwutizera.


Biciye muri Kristo, mwahawe kwizera Imana. Kandi ukwizera kwanyu n’ivyizigiro vyanyu mwabishize mu Mana kuko yamuzuye imukuye mu bapfuye, ikamuha ubwiza.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ