Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Korinto 6:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 None rero ndababwiye nk’abana banje ngo mwakire urukundo rwacu, mutwugururire imitima yanyu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Nuko ndababgira nk’abana banje, namwe ni mwāguke, mwishure nk’uko mwagiriwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Korinto 6:13
19 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ni co gituma ndababwira ko ico muzosaba cose mu gusenga, mukwiye kwizera ko mwamaze kukironka, kandi Imana izokibaha.


Ndabinginze bene Data ngo mumere nkanje mu kwidegemvya kuri ivyo bintu, nk’uko nanje nabaye nkamwe abanyamahanga mu kutaganzwa n’ivyagezwe. Nta kibi mwigeze munkorera aho naza kubigisha.


Bana banje nkunda, abo nama ndiko ndatera ibise n’ubu kuzoshika igihe Kristo azogaragarira neza muri mwebwe,


Murazi ingene twafata umwe umwe wese muri mwebwe nk’uko umuvyeyi afata abana biwe.


Bana banje nkunda, ndabandikiye ibi kugira ngo ntimukore icaha. Ariko bishitse umuntu agacumura, turafise uwutuburanira imbere ya Data: ni Yesu Kristo Umugororotsi.


Bana nkunda, urukundo rwacu ntirukwiye kuba urwo mu majambo n’akarimi gasosa gusa; ahubwo rukwiye guserukira mu bikorwa no mu kuri.


Bana nkunda, ntimukemere ko hagira umuntu n’umwe abazimiza. Umuntu akora ibigororotse ni umugororotsi, nk’uko Kristo ari umugororotsi.


Nta munezero woza undutira kwumva ko abana banje bagendera mu kuri.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ