2 Korinto 6:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Turababazwa mu mitima ariko twamana umunezero. Dufatwa nk’abakenye ariko dutungishije benshi. Tuboneka nk’aho ata co dufise ariko dufise vyose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 tuboneka nk’abababara, ariko tunezerwa imisi yose; tuboneka nk’aboro, ariko dutungisha benshi; tuboneka nk’abatagira ico batunze, yamara dutunze vyose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |