2 Korinto 5:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Twumva turemye nk’uko nabivuze, kandi icotubera ciza ni uko twova muri uwu mubiri, kuko twoca twigira i muhira kwibanira n’Umwami wacu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 ego me turinda mu mutima, kand’ ico turushiriza gukunda ngiki: n’ukugerēra kure y’umubiri, tukaba i wacu ku Mwami wacu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |