2 Korinto 5:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Tukiri muri uwu mubiri twambaye, turaboroga, tukaruha, ariko ntibisigura ko twipfuza gupfa ngo tuwuvemwo. Ariko ni kubera twipfuza kwambara imibiri yacu mishasha, kugira ngo iyi mibiri ipfa ihindurwe iyizobaho ibihe vyose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Kuko twebge abari mur’ uru rusago tuniha turemerewe, s’uko tugomba kwamburwa, ariko tugomba kwambikirwa kuri rwo, ngw igipfa kimirwe n’ubugingo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |