2 Korinto 5:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Kuko Imana yiyujuje n’isi muri Kristo itabaharuyeko ivyaha vyabo. Natwe yaduhaye ico gikorwa gihambaye co kuvuga ubutumwa bw’umwuzuzo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 ni kwo kuvuga yukw Imana yari muri Kristo yiyuzuza n’abari mw isi, ntiyabaharūrakw ibicumuro vyabo, kandi yatubīkije ijambo ry’umwuzuzo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |