2 Korinto 5:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Kandi ivyo vyose biva ku Mana yo yaduhaye kwuzura na yo biciye muri Kristo, ica iduha n’igikorwa c’umwuzuzo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Arikw ivyo vyose biva ku Mana, yatwiyujujeko kubga Kristo, ikaduha igikorwa co kugabura umwuzuzo, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |