2 Korinto 5:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Ni co gituma uhereye ubu ata we tuciyumvirako twisunze ubwenge bw’abantu. Naho kera Kristo twamwiyumvira twisunze ubwenge bw’abantu, ubu si ko bikiri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Ni co gituma uhereye none tutakigira uwo tumenya ku vyo ku rukoba; naho twari tuzi Kristo mu vy’ umubiri, ariko none ntitukimumenya durtyo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |