2 Korinto 5:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Kandi yapfiriye bose kugira ngo ntihagire uwubaho yinezereza ariko abeho anezereza uwamupfiriye akanamuzukira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Kand’ icatumye apfira bose kwar’ ukugira ngw abariho babeho batacinezereza, ariko babeho banezereza uwabapfiriye, akabazukira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |