2 Korinto 5:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Ntituriko turondera kwemerwa namwe kandi, ariko dushaka kubaha akaryo ngo mwirate ku bwacu, kugira ngo muronke ico mwishura abishimira ibikorwa bihambaye bigaragarira amaso y’abantu ariko bitari mu mitima yabo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Ntitwongera kwishimagiza kuri mwebge, ariko tubaha inyanduruko y’ingene mwokwirata kubgacu, kugira ngo mubone ivyo mwokwishura abirata ivyo ku rukoba, batirata ivyo mu mutima. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |