2 Korinto 5:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Nuko rero kuko tuzi ico ari co kwubaha Umwami, dukora ibishoboka ngo twemeze abantu. Ico turi kiragaragarira Imana, kandi nizera ko namwe kibagaragarira mu mitima yanyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Nuko kuko tuzi ingen’ ugutinya Umwami wacu kumeze, twemeza abantu, arikw Imana turayigaragarira: kandi rero nizigiye yuko tugaragarira n’imitima yanyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |