2 Korinto 5:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Turazi neza ko iri ihema tubamwo ari wo mubiri wacu niwapfa ugakurwa kuri iyi si tuzoronka inyubakwa iva ku Mana, inzu izokwamaho yo mw’ijuru, itubatswe n’amaboko y’abantu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Turazi yukw inzu y’urusago yacu yo kw isi ni yaramuka isambuwe, dufise inyubako iva ku Mana, inzu itubatswe n’amaboko, itazoshira yo mw ijuru. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |