2 Korinto 4:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Imana yavuze iti: “Ahari umwijima nihabe umuco,” yatumye umuco wayo ukayangana mu mitima yacu kugira ngo turonke ugutahura ivy’ubwiza bw’Imana bukayanganira kuri Yesu Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Imana, imwe yavuze ng’ Umuco wāke, uvuye mu mwiza, ni yo yākiye mu mitima yacu, kwerekana umuco, ni wo kumenya ubgiza bg’Imana buri mu nyonga ha Yesu Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |