2 Korinto 4:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Turazi ko Imana yazuye Yesu mu bapfuye izotuzurana na we, itwerekane hamwe namwe imbere yiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Kuko tuzi yukw iyazuye Umwami Yesu, natwe izotuzurana na Yesu, kand’ izomudushīra, twe namwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |