2 Korinto 4:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Ariko twamizako tuvuga Ubutumwa Bwiza, kuko turi muri Mpwemu umwe n’umwanditsi wa Zaburi yavuze ati: “Nabanje kwizera, ari na yo mpamvu navuze.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Ariko ko dufise uwo mutima wizera, uboneka mu vyanditswe, ngo Nizeye, ni co catumye mvuga; natwe nyene turizera, ni co gituma tuvuga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |