2 Korinto 4:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Mu mibabaro yacu, imibiri yacu isangira urupfu na Yesu kugira ngo ubuzima bwiwe bubonekere mu mibiri yacu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 imisi yose tugendana mu mubiri urupfu rwa Yesu, ng’ubugingo bga Yesu na bgo buserukire mu mubiri wacu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |