2 Korinto 3:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 mbega igikorwa ca Mpwemu Yera ntikizorushiriza kugira ubwiza burengeje? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 None ko vyabaye birtyo, ubugabuzi buganzwa na Mpwemu ntiburushiriza cane kuzanana n’ubgiza? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Igihe ivyagezwe vyandikwa ku bisate vy’amabuye indome ku yindi, ubwiza bw’Imana bwaciye bukayangana. Mu maso ha Mose harakayanganye gushika aho Abisirayeli batashobora kumuraba mu maso, ariko ukwo gukayangana kwari ukw’akanya gato. Nimba rero ivyagezwe bikora igikorwa co kuzanira abantu urupfu vyazananye n’ubwiza bungana gutyo,