2 Korinto 3:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Ntitwibaza ko dushoboye gukora ikintu na kimwe ku bw’inkomezi zacu, ariko Imana ni yo idushoboza gukora vyose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 s’uko dushobora ubgacu kwiyumvira ikintu cose nk’ah’ ari twebge candurutseko, ariko dushobozwa n’Imana; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |