2 Korinto 3:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Ntitumeze nka Mose yahisha mu maso hiwe n’igitambara kugira ngo Abisirayeli ntibabone ukwo gukayangana, kandi kwari ukw’akanya gato. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 ntidusa na Mose, yitwikira mu maso, kugira ngw Abisirayeli ntibahange amaso iherezo ry’ubgariko buraherengetera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Igihe ivyagezwe vyandikwa ku bisate vy’amabuye indome ku yindi, ubwiza bw’Imana bwaciye bukayangana. Mu maso ha Mose harakayanganye gushika aho Abisirayeli batashobora kumuraba mu maso, ariko ukwo gukayangana kwari ukw’akanya gato. Nimba rero ivyagezwe bikora igikorwa co kuzanira abantu urupfu vyazananye n’ubwiza bungana gutyo,