Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Korinto 3:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Twovuga mbere ko imbere y’ubwo bwiza butangaje, ubwiza bwo hambere budasubira no kuboneka.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Mber’ icari gisanganywe ubgiza nta bgiza kigifise, kuko haje ubgiza bukirengeye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Korinto 3:10
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze ga mwami, nko kw’isaha ya gatandatu y’umurango, ndi mu nzira ngenda, mbona umuco mwinshi uva mw’ijuru, uruta uw’izuba, uturasira impande zose twe n’abo twari kumwe.


Kandi nimba ivya kera bihera vyari vyuzuye ubwiza, mbega ibishasha bizohoraho ntibizorushiriza kugira ubwiza burengeje?


Nimba igikorwa cadutsindisha cari cisakaje ubwiza, mbega igikorwa kituzanira ukugororoka ntikizorushiriza kwambara ubwiza?


Yahawe na Data Imana, icubahiro n’ubwiza, igihe ijwi rivuye mu bwiza burengeje ryavuga riti: “Uwu ni Umwana wanje, nkunda cane kandi ampimbara.”


Nta joro rizobayo kandi nta muco w’itara canke w’izuba bazokenera, kuko Umwami Imana azobamurikira. Kandi bazoganza ibihe vyose.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ