Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Korinto 2:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Nimba hariho uwabateye umubabaro, si jewe yabikoreye, ni mwebwe mwese yabikoreye, canke bamwe muri mwebwe, kandi aha sindengeje urugero.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Ariko namba har’ umuntu ateye umubabaro, si jewe awuteye, ariko ni mwebge awuteye mwese — singomba kubababaza cane, ariko bamwe n’agace.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Korinto 2:5
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umunyakananikazi wo muri iyo ntara, aza aho ari atakamba ati: “Mwami, Mwana wa Dawidi, ngirira imbabazi! Umukobwa wanje aboshwe n’umudayimoni kandi aramubabaje cane!”


Ndabinginze bene Data ngo mumere nkanje mu kwidegemvya kuri ivyo bintu, nk’uko nanje nabaye nkamwe abanyamahanga mu kutaganzwa n’ivyagezwe. Nta kibi mwigeze munkorera aho naza kubigisha.


Nizeye ko Imana izobarinda kwakira inyigisho zitari zo. Abariko babatera ukwo kuzazanirwa uko bari kwose bazobihanirwa.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ