2 Korinto 2:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Nabandikiye kurya kugira ngo ninaza sinzobabazwe n’abonteye umunezero. Ndizera neza ko iyo nezerewe munezeranwa nanje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Kandi nandikiye ivyo, kugira ngw aho nzozira noye guterwa umubabaro n’abari bakwiye kunnezereza: kuko mbizigira mwese yuk’ umunezero wanje ari wo wanyu mwese. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |