Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Korinto 2:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 Kuko nimba narabateye umubabaro, hari abandi bazontera umunezero atari mwebwe nababaje?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Ni nabatera umubabaro, ūzonnezereza ni nde? S’uwo nteye umubabaro nyene?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Korinto 2:2
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uwo musore avyumvise, aca agenda ababaye, kuko yari afise ubutunzi bwinshi cane.


Abanezerewe, munezeranwe na bo, abarira murirane na bo.


Iyo hagize igihimba kimwe kigwara, ibindi vyose bigwarana na co. Kandi iyo igihimba kimwe cubashwe, ibindi vyose binezeranwa na co.


muzodutahura neza, n’aho mutadutahura neza ubu, ariko umusi Umwami Yesu azogarukirako, nk’uko natwe tubanezererewe.


Iyo hagize uwuja mu ntege nke, nanje numva intege nke. Iyo hagize uwugwa numva umubabaro utovugwa.


Naho nabateye imibabaro mw’ikete nabarungikiye, sindavyicuza. Naho nari nicujije ubwa mbere kubera nari nabonye ko nabababaje, wari umubabaro w’akanya gato.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ