2 Korinto 2:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Kuko ku Mana turi ubumote bwa Kristo, ku bariko barakizwa n’abariko baraja mu mahonero. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Kuko tur’ ubumote bgiza bga Kristo ku Mana, hagati y’abariko barakira n’abariko barahona. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |