2 Korinto 2:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Ariko Imana ishimwe, yo yatugize imbohe zayo, ikaguma iturongora ubudasiba mu kwigina intsinzi ya Yesu. Iciye kuri twebwe, imenyekanisha Kristo kuri bose nk’umubavu umota neza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Arikw Imana ishimwe, yama itujana nk’abafashwe mpiri muri Kristo, idutera kwerekana ubumote bgo kumumenyekanisha ahantu hose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |