2 Korinto 13:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Ico tubasengera ku Mana ni uko ata kibi mwokora. Atari ukugira ngo abantu babone ko twahagaze neza mu kwisuzuma kwacu, ariko kugira ngo mukore ibibereye naho vyoba bisa nk’aho twananiwe mu gikorwa cacu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Kandi turasaba Imana ngo ntimugire ikibi mukora, s’ukugira ngo tuboneke ko tur’ abemewe, ariko n’ukugira ngo mukore iciza, natwe tuboneke nk’abahinyuwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |