2 Korinto 13:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Naho yabambwe ari umunyantege nke, ubu abayeho mu bushobozi bw’Imana. Natwe ni nk’uko, turi abanyantegenke nk’uko Kristo yari, ariko ubushobozi bw’Imana buba muri twebwe iyo turiko turabakorera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Kukw intege nke zāteye kw abambga, ariko non’ ariho kubg’ ubushobozi bg’Imana. Natwe tur’ abanyantege nke muri we, ariko tuzobanaho na we, kubg’ ubushobozi bg’Imana tubereyeho mwebge. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |