13 Abera b’Imana ba hano na bo barabatasha.
13 Abera bose barabaganūtsa.
Nimwaramutsa incuti zanyu gusa, ni igiki muzoba murushije abandi? Mbega abatizera Imana bo ntibabigenza batyo?
Muramukanye mu kugumbirana kwera. Amashengero yose ya Kristo arabatasha.
Mundamukirize abarongozi banyu bose n’abizera bose. Abizera bo mu Butaliyano barabaramutsa.
Ishengero riri i Babiloni ryatoranijwe n’Imana rirabaramutsa, n’umwana wanje Mariko na we arabaramutsa.
Abana b’umuvukanyi wawe, umupfasoni yatoranijwe n’Imana, barakuramutsa.
Nizeye ko tuzobonana vuba, tukavugana amaso mu yandi.