2 Korinto 12:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Kandi naho nohitamwo kwirata, sinoba nihenze kuko noba ndiko mvuga ivy’ukuri. Ariko mpisemwo kubireka kugira ngo ntihagire abanyiyumvira ukurengeye uko bambona mu bikorwa vyanje no mu vyo nigisha. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Kandi nogomvye kwirata sinobaye nd’ igipfu, kuko noba mvuga ukuri. Ariko nsizeho kugira ngo ntihagire ūnyiyumvira ibiruta ivy’ ambonako cank’ ivy’ anyumvako. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |