Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Korinto 12:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Nk’uwaciye mu bintu nk’ivyo nari nkwiye kwirata, ariko sinirata inkomezi zanje, nzirata intege nke zanje.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Kubg’ umuntu ameze artyo ndirata, ariko kubganje sinokwirata, atar’ intege nke zanje.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Korinto 12:5
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ivyo yabikoze kugira ngo ijambo uwavugishwa n’Imana Yesaya yavuze rishike, aho yavuze ati: “Yikoreye ubumuga bwacu, yishirako ingwara zacu zose.”


Naje iwanyu ndi umunyantege nke, mfise ubwoba, kandi mpinda agashitsi.


Nimba nokwirata, nzokwirata ku bw’ibingaragaza nk’umunyantege nke.


Birabereye ko mbandanya nirata naho ata co bimaze. Ariko ubu reka ndababwire ivyo neretswe kandi namenyeshejwe n’Umwami.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ