Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Korinto 12:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Koko Imana yonyene ni yo izi ko yari mu mubiri canke yari yawukuwemwo, ariko ndamuzi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Kandi nzi yuk’ ūmeze artyo — namba yari mu mubiri, canke namb’ atāri mu mubiri, simbizi, bizi Imana —

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Korinto 12:3
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu aramwishura ati: “Ndakubwire ukuri, uno musi nyene uraza kubana nanje muri paradizo.”


Kubera iki mvuze uko? Mbega ni kubera ntabakunda? Haba na mba, n’Imana irabizi.


Ndazi umuntu umwe, muri Kristo, yatwawe mw’ijuru rya gatatu, haraciye imyaka cumi n’ine. Sinzi ko yari mu mubiri canke atari mu mubiri, nta vyo nzi, Imana ni yo ibizi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ