2 Korinto 12:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Ndazi umuntu umwe, muri Kristo, yatwawe mw’ijuru rya gatatu, haraciye imyaka cumi n’ine. Sinzi ko yari mu mubiri canke atari mu mubiri, nta vyo nzi, Imana ni yo ibizi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Ndazi umuntu wo muri Kristo, yadūganywe akajanwa mw ijuru rya gatatu, ubu hashize imyaka cumi n’ine — namba yari mu mubiri simbizi; canke namb’ atāri mu mubiri simbizi, bizi Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |