2 Korinto 12:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Mbega mwibaza ko ibi tubivuga mu kubisigurako? Twamye tuvugira imbere y’Imana nk’abari muri Kristo Yesu. Kandi ivyo dukora vyose ga bakundwa, ni ukugira mukomere mu kwizera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Uhereye kera mwiyumvira yuko tubiregurako. Imbere y’Imana no muri Kristo ni ho tuvugira. Ariko yemwe abo nkunda, vyose tubivugiye kubakomeza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |