2 Korinto 11:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Kandi igihe nari kumwe namwe ngakena, nta we nigeze ndemera, kuko bene Data baje bava i Makedoniya bamfashishije ivyo nari nkeneye vyose. Namye nirinda kuremera umuntu n’umwe mu kintu na kimwe, kandi nzokwama ukwo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 kand’ aho nari kumwe namwe ngakena, sinagize uwo ngōra: kuko bene Data bavuye i Makedoniya bāmmaze ubukene. Muri vyose nirinda kubagora, kandi nzoshishikara kuvyirinda. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |