Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Korinto 11:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Meze nk’aho nasahuye ayandi mashengero mu kwemera imfashanyo yayo kugira nshobore kubakorera ata co ndabasavye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Nasahuye ayandi mashengero ndayāka ingero, kugira ngo nkorere mwebge,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Korinto 11:8
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Dukoresha amaboko yacu tukaruha kugira ngo turonke ibidutunga. Duhezagira abatuvuma, tukihanganira guhamwa.


Canke ni jewe na Baranaba dutegerezwa gukora twenyene kugira ngo twitunge?


Kandi igihe nari kumwe namwe ngakena, nta we nigeze ndemera, kuko bene Data baje bava i Makedoniya bamfashishije ivyo nari nkeneye vyose. Namye nirinda kuremera umuntu n’umwe mu kintu na kimwe, kandi nzokwama ukwo.


Ubu mfise ivyo nkeneye vyose, ndetse n’umusesekara, kuko naronse ingabire nyishi mwarungikanye Epafurodite. Zimeze nk’amavuta amotesha neza, ikimazi cemerwa, gihimbara Imana.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ