2 Korinto 11:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Nshobora kuba ntari imvuzi ariko simbuze ubumenyi, kandi ivyo twarabiberetse neza mu buryo bwose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Naho nd’umutungu mu majambo, sind’ umutungu mu bgenge, kand’ ivyo twarabiberetse muri vyose no mu maso ya bose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |