Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Korinto 11:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

33 Ariko bene Data banshira mu giseke banyururutsa bancishije mw’idirisha ry’uruzitiro, ndamukira gutyo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

33 Bancisha mu kadirisha k’uruzitiro rw’amabuye, ndi mu gisāngāza, ndahunga ndamuva mu maboko.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Korinto 11:33
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko abigishwa biwe bahengera ari mw’ijoro, bamushira mu giseke, bamucisha mw’idirisha ry’uruzitiro, baramwururutsa.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ