Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Korinto 11:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

30 Nimba nokwirata, nzokwirata ku bw’ibingaragaza nk’umunyantege nke.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

30 Namba nkwiye kwirata, nirata ivy’ intege nke zanje.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Korinto 11:30
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ico gihe Yesu agendagenda mu ntara yose ya Galilaya yigishiriza mu masinagogi yaho, avuga Ubutumwa Bwiza bw’Ubwami, akiza abantu ingwara zose n’ubumuga bwose.


Naje iwanyu ndi umunyantege nke, mfise ubwoba, kandi mpinda agashitsi.


Birabereye ko mbandanya nirata naho ata co bimaze. Ariko ubu reka ndababwire ivyo neretswe kandi namenyeshejwe n’Umwami.


Ubu nezererewe imibabaro ndiko ndacamwo ku bwanyu. Mu mubiri wanje, ndiko ndashitsa ibisigaye ku mibabaro ya Kristo ku bw’umubiri wiwe, ari ryo Shengero.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ