2 Korinto 11:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe27 Narakoze cane ndaruha, rimwe na rimwe nkarara maso. Narashonje ndanyoterwa, mfata ingendo ntagira imfungurwa, nicwa n’imbeho, ngenda gusa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 mu butame no mu bucumukure, ndāra maso kenshi, ngira inzara n’inyota, mmara ubusa kenshi, nicwa n’imbeho, nambara ubusa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |