Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Korinto 11:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

24 Nakubiswe n’Abayuda incuro zitanu ibimoko mirongo ine ukuyemwo kimwe,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 Abayuda ibihe bitanu bankubise ibimoko mirongwitatu n’icenda.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Korinto 11:24
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mumenye neza ko bazobashengeza imbere y’ubucamanza kandi ko bazobakubitira mu masinagogi.


Mube maso! Bazobafata babajane imbere y’ubucamanza, kandi bazobakubitira mu masinagogi. Muzohagarara imbere y’abatware n’abami muzira kuba abigishwa banje, kugira ngo mushingire intahe imbere yabo.


Uwo mukozi yari asanzwe azi ivyo shebuja agomba hanyuma ntavyitegurire ngo abikore, azohanwa bikomeye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ