2 Korinto 11:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 Mbega ni abakozi ba Kristo? (Nataye ubwenge kubona ndiko mvuga uku) Ndabaruta. Nakoze cane kubasumvya, nashizwe mw’ibohero kenshi, nakubiswe kenshi katoharurwa, nahatswe gupfa kenshi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 N’abakozi ba Kristo? (Mvuga nk’umusazi) ndabarusha. Ndabarusha mu butame, ndabarusha gushirwa mu mabohero, ndabarusha mu gukubitwa kurenze urugero: kenshi nari mw irinde ry’urupfu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |