2 Korinto 11:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Mfise ipfuhe ryinshi mu Mana ku bwanyu. Nabemereye ko muzogira ubukwe n’umugabo umwe gusa, ari we Yesu Kristo, kugira ngo nzobashikane imbere yiwe muri inkumi zitagira agatosi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Mbafuhira ifuhe ryo kubg’ Imana, kuko nabahaye umugabo umwe, ni we Kristo, ngo ndabamushingire mumeze nk’inkumi itunganye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |