Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Korinto 11:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Mu kwirata gutya sindiko mvuga nk’uko Umwami Yesu yovuga, ahubwo mvuze nk’igipfu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Ivyo mvuga simbivuga nk’ijambo ry’Umwami wacu, ariko ndabivuga nk’ūvugishwa n’ubupfu, nizigiye yuko mfise inyanduruko yo kwirata.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Korinto 11:17
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abandi na bo, ibi ni vyo ndababwira, ariko ni jewe ubwanje, si Umwami Imana: mwene Data niyaba afise umugore atizera hanyuma uwo mugore agashaka kugumana na we, ntaze amwirukane.


Ku vyerekeye abatararongorwa, nta bwirizwa nahawe n’Umwami, ariko ndababwira ico niyumvira nk’umuntu w’umwizigirwa yagiriwe ubuntu n’Umwami.


Ibi ndabibabwiye nk’impanuro si itegeko ndabahaye.


Nizera ko muzokwihanganira ubupfu bwanje. Ndabinginze munyihanganire.


Kuko hamwe hogira ab’i Makedoniya tuzanana hanyuma bagasanga mutiteguye, twomaramara, ariko mwebwe mwomaramara kurusha kuko mwabivuganye ugushira amanga.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ